ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 54:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ikirwanisho ico ari co cose kizocurirwa kukurwanya ntikizororanirwa+, kandi ururimi urwo ari rwo rwose ruzoguhagurukira mu rubanza, uzorutsindisha+. Iyo ni yo ntoranwa y’abasavyi ba Yehova+, kandi ubugororotsi bwabo buva kuri jewe,” ni ko Yehova avuze+.

  • Hagayi 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi nzokwubika koko intebe y’ubwami nongere nzimanganye inkomezi z’ubwami bw’amahanga+; nzokwubika umukogote n’abawugenderamwo, kandi amafarasi n’abayagenderako bizogwa+, umwe wese agwishwe n’inkota ya mwene wabo+.’”

  • Ivyahishuwe 16:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ayo nkako ni amajambo ahumetswe+ n’amadayimoni kandi agakora ibimenyetso+, kandi aja ku bami+ b’isi yose+, ngo abakoranirize hamwe ku ntambara+ yo kuri wa musi uhambaye+ w’Imana Mushoboravyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika