Zaburi 118:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Uyu ni umusi Yehova yashizeho+;Tuzonezerwa duhimbarwe kuri wo+. 1 Abatesalonika 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko mwebwe ubwanyu muzi neza cane yuko umusi+ wa Yehova uzoza neza na neza nk’igisuma mw’ijoro+. 2 Abatesalonika 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kutanyiganyizwa ningoga ngo muve ku kwiyumvira kwanyu, canke ngo hagire ijambo ry’irihumekano+ ribakabura canke ubutumwa bwo ku munwa+ canke ikete+ nk’aho vyoba bivuye iwacu, bivuga ko umusi+ wa Yehova ushitse.
2 kutanyiganyizwa ningoga ngo muve ku kwiyumvira kwanyu, canke ngo hagire ijambo ry’irihumekano+ ribakabura canke ubutumwa bwo ku munwa+ canke ikete+ nk’aho vyoba bivuye iwacu, bivuga ko umusi+ wa Yehova ushitse.