Gusubira mu vyagezwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 maze ishavu rya Yehova rikabarurumbira, akugara amajuru ku buryo ata mvura izohaba+ n’ubutaka ntibutange umwimbu wabwo, namwe mukabwirizwa guhona vyihuta mu gihugu ciza Yehova agira abahe+. 1 Abami 8:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Ijuru niryugarwa ku buryo hataboneka imvura+, kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bagasenga koko berekeje aha hantu+, bagahaya izina ryawe, kandi bagahindukira bakava mu gicumuro cabo, kuko uzoba wagumye ubateza amarushwa+, Yesaya 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi nzowugira nk’ikintu kigeshejwe+. Ntuzotuturirwa, eka ntuzobagarirwa+. Uzotegerezwa kumeramwo igisaka c’amahwa n’ivyatsi bibi+; kandi nzotegeka ibicu ntihagire imvura bigwisha kuri wo+.
17 maze ishavu rya Yehova rikabarurumbira, akugara amajuru ku buryo ata mvura izohaba+ n’ubutaka ntibutange umwimbu wabwo, namwe mukabwirizwa guhona vyihuta mu gihugu ciza Yehova agira abahe+.
35 “Ijuru niryugarwa ku buryo hataboneka imvura+, kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bagasenga koko berekeje aha hantu+, bagahaya izina ryawe, kandi bagahindukira bakava mu gicumuro cabo, kuko uzoba wagumye ubateza amarushwa+,
6 Kandi nzowugira nk’ikintu kigeshejwe+. Ntuzotuturirwa, eka ntuzobagarirwa+. Uzotegerezwa kumeramwo igisaka c’amahwa n’ivyatsi bibi+; kandi nzotegeka ibicu ntihagire imvura bigwisha kuri wo+.