Mariko 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo Yezu arayikankamira, ati: “Cereza, kandi muvemwo+!” Luka 9:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugabo n’igihe nyene yariko aregera, nya dayimoni imukubita hasi iramuhotagura bimwe bikaze. Ariko Yezu akankamira nya mpwemu ihumanye hanyuma akiza wa muhungu, maze amushikiriza se wiwe+. Yuda 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo igihe Mikaheli+ wa mumarayika mukuru+ yagiranira amatati+ na Shetani* akaba yariko araharira ku vyerekeye ikiziga ca Musa+, ntiyubahutse kumucira urubanza mu majambo yo gutukana+, ahubwo yavuze ati: “Yehova aguhambarire+.”
42 Mugabo n’igihe nyene yariko aregera, nya dayimoni imukubita hasi iramuhotagura bimwe bikaze. Ariko Yezu akankamira nya mpwemu ihumanye hanyuma akiza wa muhungu, maze amushikiriza se wiwe+.
9 Mugabo igihe Mikaheli+ wa mumarayika mukuru+ yagiranira amatati+ na Shetani* akaba yariko araharira ku vyerekeye ikiziga ca Musa+, ntiyubahutse kumucira urubanza mu majambo yo gutukana+, ahubwo yavuze ati: “Yehova aguhambarire+.”