ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 19:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umuherezi aze amese impuzu ziwe kandi yuhagire umubiri wiwe mu mazi; mu nyuma azoshobora kwinjira mw’ikambi; mugabo uwo muherezi aze abe uwuhumanye gushika ku mugoroba.

  • Guharura 19:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘Ibi bize bibe icagezwe kuri bo gushika igihe kitagira urugero: uwucucagira amazi y’ihumanura aze amese impuzu ziwe+, be n’uwukora kuri nya mazi y’ihumanura. Azoba uwuhumanye gushika ku mugoroba.

  • Hagayi 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko Hagayi yishura ati: “‘Ukwo ni ko aba bantu bameze, kandi ukwo ni ko iri hanga rimeze imbere yanje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi ukwo ni ko igikorwa cose c’amaboko yabo kimeze, n’ikintu cose bashikanira ng’aho. Kirahumanye+.’

  • Ivyahishuwe 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “‘Yamara rero, urafise amazina+ makeyi i Sarudi atahumanije+ impuzu zayo zo hejuru, kandi bazogendana nanje bambaye impuzu zo hejuru zera+, kuko babibereye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika