Zaburi 118:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibuye abubatsi bataye+Ni ryo ribaye umutwe w’imfuruka+. Yesaya 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+. Matayo 21:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Yezu ababwira ati: “Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: ‘Ibuye abubatsi bataye+ ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+. Ivyo vyavuye kuri Yehova, kandi ni agatangaza mu maso yacu’? 1 Petero 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu kuza kuri we nk’abaza kw’ibuye rizima+ ryatawe+ n’abantu+ koko, mugabo rikaba ari iryatowe n’Imana kandi ry’agaciro kuri yo+,
16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.
42 Yezu ababwira ati: “Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: ‘Ibuye abubatsi bataye+ ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+. Ivyo vyavuye kuri Yehova, kandi ni agatangaza mu maso yacu’?
4 Mu kuza kuri we nk’abaza kw’ibuye rizima+ ryatawe+ n’abantu+ koko, mugabo rikaba ari iryatowe n’Imana kandi ry’agaciro kuri yo+,