ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 28:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.

  • Mariko 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe ngo: ‘Ibuye+ abubatsi bataye, iryo ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+.

  • Luka 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugabo arabitegereza, avuga ati: “None ibi bintu vyanditswe bisobanura iki, ibivuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bataye+, iryo ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+’?

  • Ivyakozwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Uyo ni we ‘buye mwebwe abubatsi mwafashe nk’ubusa ryabaye umutwe w’imfuruka+.’

  • Abaroma 9:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 nk’uko vyanditswe ngo: “Ehe ndiko nshira i Siyoni ibuye+ ritsitaza n’igitandara kigwisha+, mugabo uwushingira ukwizera kwiwe kuri ryo ntazoteterwa+.”

  • Abanyefeso 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 kandi mwubatswe ku mushinge+ w’intumwa+ n’abahanuzi+, Kristu Yezu na we ubwiwe akaba ari we buye ry’umushinge rigumya imfuruka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika