ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 118:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ibuye abubatsi bataye+

      Ni ryo ribaye umutwe w’imfuruka+.

  • Matayo 21:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Yezu ababwira ati: “Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: ‘Ibuye abubatsi bataye+ ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+. Ivyo vyavuye kuri Yehova, kandi ni agatangaza mu maso yacu’?

  • Luka 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugabo arabitegereza, avuga ati: “None ibi bintu vyanditswe bisobanura iki, ibivuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bataye+, iryo ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+’?

  • Abanyefeso 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 kandi mwubatswe ku mushinge+ w’intumwa+ n’abahanuzi+, Kristu Yezu na we ubwiwe akaba ari we buye ry’umushinge rigumya imfuruka+.

  • 1 Petero 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ni uw’agaciro rero kuri mwebwe, kuko muri abemera; mugabo ku batemera, “rya buye nyene abubatsi bataye+ ni ryo ribaye umutwe w’imfuruka+,”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika