ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 28:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.

  • Zakariya 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uri iki ga wa musozi munini+? Imbere ya Zerubabeli+ uzoba intara ishashe. Kandi azosohora koko ibuye ry’umusozo+. Bazorivugiriza akaruru+ bati: “Ewe kuntu ari iry’igikundiro! Ewe kuntu ari iry’igikundiro+!”’”

  • Luka 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugabo arabitegereza, avuga ati: “None ibi bintu vyanditswe bisobanura iki, ibivuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bataye+, iryo ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+’?

  • Ivyakozwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Uyo ni we ‘buye mwebwe abubatsi mwafashe nk’ubusa ryabaye umutwe w’imfuruka+.’

  • 1 Abakorinto 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko ata muntu ashobora gushinga uwundi mushinge+ atari uwashinzwe, ari wo Yezu Kristu+.

  • Abanyefeso 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 kandi mwubatswe ku mushinge+ w’intumwa+ n’abahanuzi+, Kristu Yezu na we ubwiwe akaba ari we buye ry’umushinge rigumya imfuruka+.

  • 1 Petero 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko Icanditswe kivuga ngo: “Ehe ndiko nshira i Siyoni ibuye, iryatowe, ibuye ry’umushinge rigumya imfuruka, ry’agaciro; kandi nta n’umwe aryizera azogenda ateterewe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika