Yesaya 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+. Matayo 21:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Yezu ababwira ati: “Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: ‘Ibuye abubatsi bataye+ ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+. Ivyo vyavuye kuri Yehova, kandi ni agatangaza mu maso yacu’? Mariko 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe ngo: ‘Ibuye+ abubatsi bataye, iryo ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+.
16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.
42 Yezu ababwira ati: “Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: ‘Ibuye abubatsi bataye+ ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+. Ivyo vyavuye kuri Yehova, kandi ni agatangaza mu maso yacu’?
10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe ngo: ‘Ibuye+ abubatsi bataye, iryo ni ryo ribaye ibuye nyamukuru rigumya imfuruka+.