Kuvayo 25:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Uze ugikorere amatara indwi; kandi nya matara aze yatswe, yakire ikibanza kiri imbere yaco+. Ivyahishuwe 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi kuri nya ntebe hava imiravyo+ n’amajwi n’imituragaro+; kandi hari amatara+ indwi y’umuriro yakira imbere ya nya ntebe, ayo akaba agereranya za mpwemu indwi+ z’Imana.
5 Kandi kuri nya ntebe hava imiravyo+ n’amajwi n’imituragaro+; kandi hari amatara+ indwi y’umuriro yakira imbere ya nya ntebe, ayo akaba agereranya za mpwemu indwi+ z’Imana.