ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 17:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “‘“Imisi yawe niyakwira kugira ngo wigire uhamvye ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, na rwo rukazoba ari umwe mu bahungu bawe+, kandi nzoshimangira koko ingoma yiwe+.

  • Matayo 9:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abagabo babiri b’impumyi+ baramukurikira, basemerera bati: “Tugirire imbabazi+, Mwana wa Dawidi.”

  • Luka 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika