Matayo 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze, haza umugore w’Umunyafenisiya+ wo muri izo ntara, asemerera ati: “Ngirira imbabazi+, Mukama, Mwana wa Dawidi. Umukobwa wanje ararembejwe n’idayimoni.” Matayo 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Zimubwira ziti: “Mukama, amaso yacu nahumuke+.” Abaheburayo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.
22 Maze, haza umugore w’Umunyafenisiya+ wo muri izo ntara, asemerera ati: “Ngirira imbabazi+, Mukama, Mwana wa Dawidi. Umukobwa wanje ararembejwe n’idayimoni.”
17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.