Luka 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 hanyuma Shetani amubwira ati: “Ndaguha ubwo bubasha bwose+ n’ubuninahazwa bwabwo, kubera ko nabuhawe, kandi uwo nshaka wese ndabumuha+. Luka 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Wewe rero, niwapfa kwikubita+ imbere yanje ukansenga, vyose biraba rwawe.” Yohani 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ubu iyi si iraciriwe urubanza; ubu umutware+ w’iyi si agira atabwe hanze+. 2 Abakorinto 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 muri bo imana y’iki gihe*+ ikaba yarahumye imizirikanyi y’abatemera+, ngo umuco+ wa ya nkuru nziza ininahaye+ yerekeye Kristu we shusho+ y’Imana, ntushobore kumenēra+.
6 hanyuma Shetani amubwira ati: “Ndaguha ubwo bubasha bwose+ n’ubuninahazwa bwabwo, kubera ko nabuhawe, kandi uwo nshaka wese ndabumuha+.
4 muri bo imana y’iki gihe*+ ikaba yarahumye imizirikanyi y’abatemera+, ngo umuco+ wa ya nkuru nziza ininahaye+ yerekeye Kristu we shusho+ y’Imana, ntushobore kumenēra+.