Zaburi 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Benshi bamvugako ngo:“Nta bukiriro afise ku Mana+.” Sela*. Zaburi 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Yiragije Yehova+. Namukize+!Namurokore, ko yamuhimbaye+!” Zaburi 42:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abanyanka bansize iceyi, basinzikaza amagufa yanje+,Bukarinda bwira bambwira ngo: “Imana yawe iri hehe+?”
10 Abanyanka bansize iceyi, basinzikaza amagufa yanje+,Bukarinda bwira bambwira ngo: “Imana yawe iri hehe+?”