Mariko 14:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Maze Yezu avuga ati: “Ndi we; kandi muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo+ bw’ububasha azanana n’ibicu vyo kw’ijuru+.” Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana. Yohani 10:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 none mubwira jewe uwo Data yejeje akanamutuma mw’isi, ngo: ‘Urarogose,’ kubera ko mvuze nti: Ndi Umwana w’Imana+?
62 Maze Yezu avuga ati: “Ndi we; kandi muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo+ bw’ububasha azanana n’ibicu vyo kw’ijuru+.”
18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana.
36 none mubwira jewe uwo Data yejeje akanamutuma mw’isi, ngo: ‘Urarogose,’ kubera ko mvuze nti: Ndi Umwana w’Imana+?