Matayo 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze nya mwami abwira abasuku biwe ati: ‘Nimumubohe amaboko n’amaguru, mumuterere mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+.’ Matayo 24:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 kandi azomuhana bimwe vya ruhasha*+, amusangize umugabane wiwe n’abiyorobetsi. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+. Luka 13:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Aho ni ho hazoba ukurira kwanyu n’uguhekenya amenyo+, nimwabona Aburahamu na Izahaki na Yakobo be n’abahanuzi bose mu bwami bw’Imana+, mugabo mwebwe ubwanyu mwatawe hanze.
13 Maze nya mwami abwira abasuku biwe ati: ‘Nimumubohe amaboko n’amaguru, mumuterere mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+.’
51 kandi azomuhana bimwe vya ruhasha*+, amusangize umugabane wiwe n’abiyorobetsi. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+.
28 Aho ni ho hazoba ukurira kwanyu n’uguhekenya amenyo+, nimwabona Aburahamu na Izahaki na Yakobo be n’abahanuzi bose mu bwami bw’Imana+, mugabo mwebwe ubwanyu mwatawe hanze.