Yesaya 53:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vy’ukuri, indwara zacu ubwiwe yaraziremetse+; nayo imibabaro yacu, yarayikoreye+. Mugabo twebwe twamubona nk’uwatejwe ivyago+, uwakubiswe n’Imana+ kandi yatejwe amarushwa+. Yohani 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!
4 Vy’ukuri, indwara zacu ubwiwe yaraziremetse+; nayo imibabaro yacu, yarayikoreye+. Mugabo twebwe twamubona nk’uwatejwe ivyago+, uwakubiswe n’Imana+ kandi yatejwe amarushwa+.
29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!