Matayo 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 maze haza umugabo yanyunyutse ukuboko+! Nuko bamubaza bati: “Mbega biremewe gukiza kw’isabato?” Aho kwari ukugira ngo baronke ikirego bomurega+. Luka 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ico gihe abanditsi n’Abafarizayo bari bamureretse+ bitonze ngo barabe ko akiza kw’isabato, kugira ngo baronke ingene bomwagiriza+. Luka 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hanyuma umusi umwe, igihe yari yinjiye mu nzu y’umwe mu batware b’Abafarizayo kw’isabato gufungura+, bariko bamwitegereza bitonze+.
10 maze haza umugabo yanyunyutse ukuboko+! Nuko bamubaza bati: “Mbega biremewe gukiza kw’isabato?” Aho kwari ukugira ngo baronke ikirego bomurega+.
7 Ico gihe abanditsi n’Abafarizayo bari bamureretse+ bitonze ngo barabe ko akiza kw’isabato, kugira ngo baronke ingene bomwagiriza+.
14 Hanyuma umusi umwe, igihe yari yinjiye mu nzu y’umwe mu batware b’Abafarizayo kw’isabato gufungura+, bariko bamwitegereza bitonze+.