Matayo 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze barasemerera, bati: “Duhuriye ku ki nawe ga Mwana w’Imana+? Waje ng’aha kutubabaza+ igihe cashinzwe kitaragera+?”
29 Maze barasemerera, bati: “Duhuriye ku ki nawe ga Mwana w’Imana+? Waje ng’aha kutubabaza+ igihe cashinzwe kitaragera+?”