ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Mbandanya kwitegereza gushika hashizweho intebe z’ubwami+, hanyuma Umwe wa kera mu misi+ akicara. Ivyambarwa vyiwe vyarera derere*+, umushatsi wo ku mutwe wiwe na wo wari umeze nk’ubwoya butyoroye+. Intebe yiwe y’ubwami yari imbeya z’umuriro+; amakurudumu yayo yari umuriro ururumba+.

  • Matayo 17:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+.

  • Matayo 28:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yasa n’umuravyo+, ivyambarwa vyiwe na vyo vyera derere nk’urubura+.

  • Luka 9:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Igihe yariko arasenga, mu maso hiwe+ hahinduka ukundi, ivyambarwa vyiwe na vyo birererana bica ibibatsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika