Matayo 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+. Mariko 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 impuzu ziwe zo hejuru na zo zicika izakaka, zirererana cane ku buryo ata mumesuzi n’umwe kw’isi yoshoboye kuzeza gutyo+.
2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+.
3 impuzu ziwe zo hejuru na zo zicika izakaka, zirererana cane ku buryo ata mumesuzi n’umwe kw’isi yoshoboye kuzeza gutyo+.