Matayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+. Matayo 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwa nzoka mwe, mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, muzohunga mute urubanza rwa Gehena+? Luka 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo ndabarangira uwo gutinya: Mutinye umwe+ iyo ahejeje kwica afise ububasha bwo guta muri Gehena*+. Egome, ndabibabwiye, Uwo abe ari we mutinya+.
28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+.
5 Mugabo ndabarangira uwo gutinya: Mutinye umwe+ iyo ahejeje kwica afise ububasha bwo guta muri Gehena*+. Egome, ndabibabwiye, Uwo abe ari we mutinya+.