Yesaya 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova nyen’ingabo—uyo ni we mukwiye kubona ko ari mweranda+, ni we mukwiye gutinya+, kandi ni we akwiye kubajugumiza+.” 1 Petero 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mutere iteka abantu b’uburyo bwose+, mukunde umuryango wose w’abavukanyi+, mutinye Imana+, mutere iteka umwami+. Ivyahishuwe 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 avuga n’ijwi rirenga ati: “Nimutinye Imana+ kandi muyihe ubuninahazwa+, kuko isaha y’urubanza rwayo ishitse+; ku bw’ico rero nimusenge Uwaremye+ ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasôko y’amazi+.”
13 Yehova nyen’ingabo—uyo ni we mukwiye kubona ko ari mweranda+, ni we mukwiye gutinya+, kandi ni we akwiye kubajugumiza+.”
17 Mutere iteka abantu b’uburyo bwose+, mukunde umuryango wose w’abavukanyi+, mutinye Imana+, mutere iteka umwami+.
7 avuga n’ijwi rirenga ati: “Nimutinye Imana+ kandi muyihe ubuninahazwa+, kuko isaha y’urubanza rwayo ishitse+; ku bw’ico rero nimusenge Uwaremye+ ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasôko y’amazi+.”