ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 22:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Mwigisha, Musa yavuze ati: ‘Nihagira umuntu apfa ata bana asize, mwene wabo ategerezwa kwabira umugore wiwe, agahagurukiriza uruvyaro mwene wabo+.’

  • Luka 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 bati: “Mwigisha, Musa+ yatwandikiye ati: ‘Mwene wabo n’umuntu niyapfa afise umugore, ariko uwo mugabo akaba yagumye ata mwana afise, mwene wabo+ aze yabire nya mugore, ahagurukirize uruvyaro mwene wabo kuri nya mugore+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika