Matayo 27:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kuva kw’isaha ya gatandatu umwiza utwikira+ igihugu cose, gushika kw’isaha y’icenda+. Luka 23:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ico gihe rero hari nko kw’isaha ya gatandatu, yamara rero umwiza utwikira isi yose gushika kw’isaha y’icenda+, Yohani 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ico gihe hari ku mwiteguro+ wa pasika; hari nko kw’isaha ya gatandatu. Hanyuma abwira Abayuda ati: “Ng’uyo umwami wanyu!”
44 Ico gihe rero hari nko kw’isaha ya gatandatu, yamara rero umwiza utwikira isi yose gushika kw’isaha y’icenda+,
14 Ico gihe hari ku mwiteguro+ wa pasika; hari nko kw’isaha ya gatandatu. Hanyuma abwira Abayuda ati: “Ng’uyo umwami wanyu!”