Abalewi 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro. Imigani 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ugutahura kwimbitse kw’umuntu ntikubura guhwamika ishavu ryiwe+; kandi kwirengagiza ikigabitanyo ni ubwiza kuri we+. Matayo 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Vyongeye, nimba mwene wanyu acumuye, genda werekane neza ikosa ryiwe, hagati yawe na we mwenyene+. Niyakwumviriza, uzoba ugaruye mwene wanyu+.
17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro.
11 Ugutahura kwimbitse kw’umuntu ntikubura guhwamika ishavu ryiwe+; kandi kwirengagiza ikigabitanyo ni ubwiza kuri we+.
15 “Vyongeye, nimba mwene wanyu acumuye, genda werekane neza ikosa ryiwe, hagati yawe na we mwenyene+. Niyakwumviriza, uzoba ugaruye mwene wanyu+.