Matayo 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bugorovye+, yari ku meza ari kumwe na ba bigishwa cumi na babiri+. Mariko 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Bumaze kugoroba azanana na bamwe cumi na babiri+.