ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 “Ehe imisi iriko iraza,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzogirana isezerano rishasha+ n’inzu ya Isirayeli+ be n’inzu ya Yuda+;

  • Yeremiya 32:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Nzogirana na bo isezerano ryamaho gushika igihe kitagira urugero+, yuko ntazohindukira ngo mve inyuma yabo, kugira ngo ndabagirire iciza+; kandi nzoshira mu mutima wabo ukuntinya kugira ngo ntibakevye ngo bamveko+.

  • 2 Abakorinto 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 yo yatugize koko abakwije neza ibisabwa kugira tube abasuku b’isezerano rishasha+, atari ab’amategeko yanditse+, ahubwo b’impwemu+; kuko ya mategeko yanditse aca urwo gupfa+, mugabo impwemu ikagira umuntu muzima+.

  • Abaheburayo 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 kuri urwo rugero nyene Yezu yacitse uwatanzweko ingwati y’isezerano ryiza kuruta+.

  • Abaheburayo 8:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 kuko itora amahinyu abantu igihe ivuga iti: “‘Ehe imisi iriko iraza,’ ni ko Yehova avuga, ‘kandi nzogirana isezerano rishasha+ n’inzu ya Isirayeli be n’inzu ya Yuda;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika