Zaburi 50:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Koranirize kuri jewe intahemuka zanje+,Barya bapfundika isezerano ryanje biciye ku bimazi+.” Matayo 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 kuko iki gisobanura+ ‘amaraso yanje+ y’isezerano+’ agiye guseswa ku bwa benshi+ ku bwo kubabarirwa ibicumuro+. Mariko 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko ababwira ati: “Iki gisobanura ‘amaraso+ yanje y’isezerano+’ agiye guseswa+ ku bwa benshi+. Abaheburayo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko vy’ukuri atariko afasha abamarayika na gato, ahubwo ariko afasha uruvyaro* rwa Aburahamu+. Abaheburayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+? 1 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.
28 kuko iki gisobanura+ ‘amaraso yanje+ y’isezerano+’ agiye guseswa ku bwa benshi+ ku bwo kubabarirwa ibicumuro+.
14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?
19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.