Luka 12:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Hahiriwe abo bashumba shebuja niyashika azosanga bari maso+! Ni ukuri ndabibabwiye: Azokenyera+ abicarike ku meza, aze abakorere+. Ivyahishuwe 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi ambwira ati: “Andika: Hahiriwe abatumiwe+ ku mfungurwa zo ku mugoroba z’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.” Vyongeye, ambwira ati: “Ayo ni yo majambo y’ukuri y’Imana+.”
37 Hahiriwe abo bashumba shebuja niyashika azosanga bari maso+! Ni ukuri ndabibabwiye: Azokenyera+ abicarike ku meza, aze abakorere+.
9 Kandi ambwira ati: “Andika: Hahiriwe abatumiwe+ ku mfungurwa zo ku mugoroba z’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.” Vyongeye, ambwira ati: “Ayo ni yo majambo y’ukuri y’Imana+.”