Matayo 26:73 Bibiliya y’isi nshasha 73 Haciye akanya gatoyi abahagaze ng’aho baraza, babwira Petero bati: “Ni ivy’ukuri na wewe uri uwo muri bo, kanatsinda imvugo yawe iraguhinyuza+.” Mariko 14:70 Bibiliya y’isi nshasha 70 Yongera kubihakana. Hanyuma rindi rimwe haciye akanya gatoyi, abahagaze ng’aho batangura kubwira Petero bati: “Ni ivy’ukuri uri uwo muri bo, kuko kanatsinda, uri Umunyagalilaya+.” Yohani 18:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Umwe mu bashumba b’umuherezi mukuru, kubera ko yari incuti ya wa muntu Petero yaca ugutwi+, avuga ati: “Sinakubonye mu murima kumwe na we?”
73 Haciye akanya gatoyi abahagaze ng’aho baraza, babwira Petero bati: “Ni ivy’ukuri na wewe uri uwo muri bo, kanatsinda imvugo yawe iraguhinyuza+.”
70 Yongera kubihakana. Hanyuma rindi rimwe haciye akanya gatoyi, abahagaze ng’aho batangura kubwira Petero bati: “Ni ivy’ukuri uri uwo muri bo, kuko kanatsinda, uri Umunyagalilaya+.”
26 Umwe mu bashumba b’umuherezi mukuru, kubera ko yari incuti ya wa muntu Petero yaca ugutwi+, avuga ati: “Sinakubonye mu murima kumwe na we?”