Matayo 26:75 Bibiliya y’isi nshasha 75 Petero aca yibuka ijambo Yezu yari yavuze ati: “Imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.” Aca arasohoka hanze, ararira arabogoza+. Mariko 14:72 Bibiliya y’isi nshasha 72 Buno nyene isake irabika ubugira kabiri+; Petero aca yibuka ijambo Yezu yari yamubwiye ati: “Imbere y’uko isake ibika kabiri, uza kunyihakana gatatu+.” Biramwankira, araturikisha ararira+.
75 Petero aca yibuka ijambo Yezu yari yavuze ati: “Imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.” Aca arasohoka hanze, ararira arabogoza+.
72 Buno nyene isake irabika ubugira kabiri+; Petero aca yibuka ijambo Yezu yari yamubwiye ati: “Imbere y’uko isake ibika kabiri, uza kunyihakana gatatu+.” Biramwankira, araturikisha ararira+.