Matayo 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu ahagarara imbere ya buramatari; buramatari amubaza iki kibazo, ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda+?” Yezu yishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.” Mariko 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Pilato amubaza iki kibazo ati: “Wewe uri umwami+ w’Abayuda?” Amwishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.”
11 Yezu ahagarara imbere ya buramatari; buramatari amubaza iki kibazo, ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda+?” Yezu yishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.”
2 Nuko Pilato amubaza iki kibazo ati: “Wewe uri umwami+ w’Abayuda?” Amwishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.”