Matayo 26:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 Yezu amubwira+ ati: “Wewe ubwawe urabivuze+. Yamara ndabibabwiye: Guhera ubu+ muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo+ bw’ububasha aza ku bicu vyo kw’ijuru+.” 1 Timoteyo 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imbere y’Imana, yo izigamira ubuzima ibintu vyose, n’imbere ya Kristu Yezu, we bwa cabona+ yashinze intahe nziza icese+ imbere ya Ponsiyo Pilato+, ngutegetse+
64 Yezu amubwira+ ati: “Wewe ubwawe urabivuze+. Yamara ndabibabwiye: Guhera ubu+ muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo+ bw’ububasha aza ku bicu vyo kw’ijuru+.”
13 Imbere y’Imana, yo izigamira ubuzima ibintu vyose, n’imbere ya Kristu Yezu, we bwa cabona+ yashinze intahe nziza icese+ imbere ya Ponsiyo Pilato+, ngutegetse+