Matayo 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu ahagarara imbere ya buramatari; buramatari amubaza iki kibazo, ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda+?” Yezu yishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.”
11 Yezu ahagarara imbere ya buramatari; buramatari amubaza iki kibazo, ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda+?” Yezu yishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.”