Matayo 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bamaze kumuboha baramujana, bamuhereza Pilato buramatari+. Mariko 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma buno nyene mu mutwenzi abakuru b’abaherezi hamwe n’abagabo b’inararibonye n’abanditsi, eka Inama Nkuru yose, bagira inama+, baraheza baboha Yezu hanyuma baramujana bamuhereza Pilato+. Yohani 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze bakura Yezu kwa Kayifa bamujana ku kirimba ca buramatari+. Hari hakiri kare mu gatondo. Mugabo bobo ntibinjiye mu kirimba ca buramatari, ngo ntibahumane+, bashobore kurya pasika.
15 Hanyuma buno nyene mu mutwenzi abakuru b’abaherezi hamwe n’abagabo b’inararibonye n’abanditsi, eka Inama Nkuru yose, bagira inama+, baraheza baboha Yezu hanyuma baramujana bamuhereza Pilato+.
28 Maze bakura Yezu kwa Kayifa bamujana ku kirimba ca buramatari+. Hari hakiri kare mu gatondo. Mugabo bobo ntibinjiye mu kirimba ca buramatari, ngo ntibahumane+, bashobore kurya pasika.