Matayo 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bamaze kumuboha baramujana, bamuhereza Pilato buramatari+. Mariko 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma buno nyene mu mutwenzi abakuru b’abaherezi hamwe n’abagabo b’inararibonye n’abanditsi, eka Inama Nkuru yose, bagira inama+, baraheza baboha Yezu hanyuma baramujana bamuhereza Pilato+. Luka 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko abo bantu indiri bava hasi bose uko bangana, bamujana kwa Pilato+. Ivyakozwe 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imana ya Aburahamu n’iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaninahaje+ Umusavyi+ wayo Yezu, uwo mwebwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, mu gihe yari yafashe ingingo yo kumurekura+.
15 Hanyuma buno nyene mu mutwenzi abakuru b’abaherezi hamwe n’abagabo b’inararibonye n’abanditsi, eka Inama Nkuru yose, bagira inama+, baraheza baboha Yezu hanyuma baramujana bamuhereza Pilato+.
13 Imana ya Aburahamu n’iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaninahaje+ Umusavyi+ wayo Yezu, uwo mwebwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, mu gihe yari yafashe ingingo yo kumurekura+.