Matayo 27:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze abarekurira Baraba, mugabo akubitisha+ Yezu hanyuma aramutanga ngo amanikwe+. Yohani 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ico gihe rero Pilato afata Yezu, aramushishagura+.