Luka 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.”
22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.”