Luka 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: “Ehe ica kabiri c’ivyo ntunze, Mukama, ngira ndagihe aboro, kandi ico cose nanyaze uwo ari we wese mu kumwagiriza ibinyoma+, ngira ndagisubize incuro zine+.” 1 Abakorinto 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 canke ibisuma, canke abanyamunoho+, canke imborerwa+, canke abatukana, canke abanyazi bazotorana ubwami bw’Imana+.
8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: “Ehe ica kabiri c’ivyo ntunze, Mukama, ngira ndagihe aboro, kandi ico cose nanyaze uwo ari we wese mu kumwagiriza ibinyoma+, ngira ndagisubize incuro zine+.”
10 canke ibisuma, canke abanyamunoho+, canke imborerwa+, canke abatukana, canke abanyazi bazotorana ubwami bw’Imana+.