ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 5:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nuko amwita Nowa+, avuga ati: “Uyu azotuzanira uruhoza mu gikorwa cacu no mu bubabare bw’amaboko yacu buterwa n’ubutaka Yehova yavumye+.”

  • Itanguriro 5:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Nowa na we ashikana imyaka amajana atanu. Inyuma y’aho, Nowa avyara Shemu+, Hamu+ na Yafeti+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika