Matayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yezu avyumvise, arumirwa, abwira abariko bamukurikira ati: “Ndababwiye ukuri: Muri Isirayeli nta n’umwe nasanganye ukwizera kwinshi gutyo+. Abaroma 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Birimwo uturusho twinshi mu buryo bwose. Imbere ya vyose, ni kubera ko amajambo meranda y’Imana ari bo yajejwe+. Abaroma 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 abo, uko bari ukwo, bakaba ari Abisirayeli+, bene ukugirwa abana+ na bene ubuninahazwa+ n’amasezerano+ na bene guhabwa Itegeko+ n’igikorwa ceranda+ be n’imihango+;
10 Yezu avyumvise, arumirwa, abwira abariko bamukurikira ati: “Ndababwiye ukuri: Muri Isirayeli nta n’umwe nasanganye ukwizera kwinshi gutyo+.
2 Birimwo uturusho twinshi mu buryo bwose. Imbere ya vyose, ni kubera ko amajambo meranda y’Imana ari bo yajejwe+.
4 abo, uko bari ukwo, bakaba ari Abisirayeli+, bene ukugirwa abana+ na bene ubuninahazwa+ n’amasezerano+ na bene guhabwa Itegeko+ n’igikorwa ceranda+ be n’imihango+;