Matayo 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yezu amwishura ati: “Ewe mugore, ukwizera kwawe ni kwinshi; nibikubere nk’uko ushaka.” Buno nya mukobwa wiwe akira guhera kuri iyo saha+. Luka 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Erega, Yezu yumvise ivyo bintu atangazwa na we, hanyuma arahindukira araba isinzi ririko riramukurikira, avuga ati: “Ndabibabwiye: Mbere no muri Isirayeli sinahasanze ukwizera kwinshi gutyo+.”
28 Maze Yezu amwishura ati: “Ewe mugore, ukwizera kwawe ni kwinshi; nibikubere nk’uko ushaka.” Buno nya mukobwa wiwe akira guhera kuri iyo saha+.
9 Erega, Yezu yumvise ivyo bintu atangazwa na we, hanyuma arahindukira araba isinzi ririko riramukurikira, avuga ati: “Ndabibabwiye: Mbere no muri Isirayeli sinahasanze ukwizera kwinshi gutyo+.”