ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 16:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Simoni Petero yishura ati: “Uri Kristu+, Umwana w’Imana nzima+.”

  • Luka 4:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi+, agasemerera avuga ati: “Uri Umwana w’Imana+.” Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko ano yari amuzi+ ko ari Kristu+.

  • Yohani 1:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Uwo yabanje kurondera mwene wabo bwite Simoni, amubwira ati: “Twabonye Mesiya+” (bikaba bisobanura ngo Kristu+).

  • Yohani 6:69
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 69 kandi twaremeye, turamenya yuko uri Umweranda w’Imana+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika