Luka 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.” Luka 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Yamara rero, ntegerezwa kubandanya urugendo rwanje uno musi n’ejo n’umusi ukurikira, kubera ko bitemerwa ko umuhanuzi yicirwa inyuma ya Yeruzalemu+.
22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.”
33 Yamara rero, ntegerezwa kubandanya urugendo rwanje uno musi n’ejo n’umusi ukurikira, kubera ko bitemerwa ko umuhanuzi yicirwa inyuma ya Yeruzalemu+.