Matayo 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Mukama, girira imbabazi umwana wanje, kubera ko asanzwe arwaye intandara zikaba zamuvyutse, kuko kenshi agwa mu muriro no mu mazi+; Mariko 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umwe muri iryo sinzi amwishura ati: “Mwigisha, nakuzaniye umwana wanje kubera ko arimwo impwemu y’ikiragi+; Luka 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yegereye irembo ry’igisagara, abona abantu bari basohokanye umupfu+, akaba yari we mwana w’ikinege+ nyina yari afise. Bitayeko, nyina yari umupfakazi. Isinzi ritari rito rivuye mu gisagara na ryo nyene ryari kumwe na we.
15 “Mukama, girira imbabazi umwana wanje, kubera ko asanzwe arwaye intandara zikaba zamuvyutse, kuko kenshi agwa mu muriro no mu mazi+;
17 Umwe muri iryo sinzi amwishura ati: “Mwigisha, nakuzaniye umwana wanje kubera ko arimwo impwemu y’ikiragi+;
12 Yegereye irembo ry’igisagara, abona abantu bari basohokanye umupfu+, akaba yari we mwana w’ikinege+ nyina yari afise. Bitayeko, nyina yari umupfakazi. Isinzi ritari rito rivuye mu gisagara na ryo nyene ryari kumwe na we.