35 Maze abantu baja kuraba ivyari vyabaye, hanyuma baza kuri Yezu basanga wa mugabo amadayimoni yavamwo ari ng’aho, yambaye, aroranye mu muzirikanyi, yicaye imbere y’ibirenge vya Yezu; baca batekerwa n’ubwoba+.
3 “Jewe ndi Umuyuda+, navukiye i Taruso h’i Silisiya+, mugabo nigishirijwe muri iki gisagara imbere y’ibirenge vya Gamaliyeli+, nigishwa nk’uko biri mw’Itegeko rya ba sogokuruza ata guca ku ruhande+, ngirira umwete+ Imana nk’uko mwese mumeze uno musi.