Mariko 9:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Yohani amubwira ati: “Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni akoresheje izina ryawe, natwe tugerageza kumubuza+, kubera atariko ajana natwe+.” Luka 9:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Yohani aca asubizayo ati: “Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni+ akoresheje izina ryawe, natwe tugerageza kumubuza+, kubera atari kumwe natwe+.”
38 Yohani amubwira ati: “Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni akoresheje izina ryawe, natwe tugerageza kumubuza+, kubera atariko ajana natwe+.”
49 Yohani aca asubizayo ati: “Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni+ akoresheje izina ryawe, natwe tugerageza kumubuza+, kubera atari kumwe natwe+.”