ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko uwo wese aterwa isoni nanje be n’amajambo yanje, Umwana w’umuntu azoterwa isoni n’uyo muntu niyashika mu buninahazwa bwiwe n’ubwa Se n’ubw’abamarayika beranda+.

  • 2 Timoteyo 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 nitwabandanya kwihangana, tuzoganzanya kandi na we+; nitwamwihakana+, na we azotwihakana;

  • 1 Yohani 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Umuntu wese ahakana Umwana, na Data nta we afise+. Uwemera icese+ Umwana, arafise na Data+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika